Kuvayo 32:20 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 20 Aca afata ca gishusho c’inyana bari bakoze aragiturira, aragisya gicika ifu+. Araheza ayimijagira ku mazi maze ayanywesha Abisirayeli+.
20 Aca afata ca gishusho c’inyana bari bakoze aragiturira, aragisya gicika ifu+. Araheza ayimijagira ku mazi maze ayanywesha Abisirayeli+.