Kuvayo 32:22 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 22 Aroni amwishura ati: «Ntushavure databuja*, usanzwe uzi neza ko aba bantu bakunda gukora ikibi+.