Kuvayo 32:26 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 26 Musa aca ahagarara mw’irembo ry’ikambi maze avuga ati: «Ni nde ari ku ruhande rwa Yehova? Naze aha ndi+!» Abalewi bose baca bakoranira aho ari.
26 Musa aca ahagarara mw’irembo ry’ikambi maze avuga ati: «Ni nde ari ku ruhande rwa Yehova? Naze aha ndi+!» Abalewi bose baca bakoranira aho ari.