Kuvayo 32:34 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 34 Ubu rero genda, ujane abo bantu aho nakubwiye, kandi umumarayika wanje azogendera imbere yawe+. Umusi hageze ko ndababaza ivyo bakoze, nzobahanira ikosa ryabo.»
34 Ubu rero genda, ujane abo bantu aho nakubwiye, kandi umumarayika wanje azogendera imbere yawe+. Umusi hageze ko ndababaza ivyo bakoze, nzobahanira ikosa ryabo.»