Kuvayo 33:9 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 9 Akimara kuryinjiramwo, ya nkingi y’igicu+ yaca imanuka igahagarara ku muryango w’ihema maze Imana ikavugana na we+.
9 Akimara kuryinjiramwo, ya nkingi y’igicu+ yaca imanuka igahagarara ku muryango w’ihema maze Imana ikavugana na we+.