-
Kuvayo 33:10Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
10 Abantu bose babonye ya nkingi y’igicu ihagaze imbere y’umuryango w’iryo hema, umwe wese yaca ahaguruka maze akunama ari imbere y’umuryango w’ihema ryiwe.
-