Kuvayo 33:12 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 12 Hanyuma Musa abwira Yehova ati: «Uriko umbwira ngo: “Jana aba bantu”, ariko nturambwira uwo uzorungika ngo tujane. Vyongeye, wambwiye uti: “Ndakuzi neza* kandi waragiriwe ubuntu imbere yanje.”
12 Hanyuma Musa abwira Yehova ati: «Uriko umbwira ngo: “Jana aba bantu”, ariko nturambwira uwo uzorungika ngo tujane. Vyongeye, wambwiye uti: “Ndakuzi neza* kandi waragiriwe ubuntu imbere yanje.”