Kuvayo 34:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 34 Maze Yehova abwira Musa ati: «Niwibazire ibisate bibiri vy’amabuye nka bimwe vya mbere+, nanje nzokwandika kuri ivyo bisate amajambo yari kuri vya bisate vya mbere+ wamena+.
34 Maze Yehova abwira Musa ati: «Niwibazire ibisate bibiri vy’amabuye nka bimwe vya mbere+, nanje nzokwandika kuri ivyo bisate amajambo yari kuri vya bisate vya mbere+ wamena+.