Kuvayo 34:15 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 15 Mwiyubare ntimuze mugiranire isezerano n’ababa muri ico gihugu, kuko bazohava basambana n’imana zabo kandi bakazishikanira ibimazi+ hanyuma bakabatumira mukarya ku bimazi vyabo+.
15 Mwiyubare ntimuze mugiranire isezerano n’ababa muri ico gihugu, kuko bazohava basambana n’imana zabo kandi bakazishikanira ibimazi+ hanyuma bakabatumira mukarya ku bimazi vyabo+.