Kuvayo 34:20 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 20 Indogobwa yose ivutse ubwa mbere muze muyicunguze intama. Ariko nimutayicungura, muze muyivune izosi. Kandi muze mucungure umuhungu wese w’imfura mu bana banyu+. Nta n’umwe akwiye kuza imbere yanje iminwe misa.
20 Indogobwa yose ivutse ubwa mbere muze muyicunguze intama. Ariko nimutayicungura, muze muyivune izosi. Kandi muze mucungure umuhungu wese w’imfura mu bana banyu+. Nta n’umwe akwiye kuza imbere yanje iminwe misa.