Kuvayo 34:21 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 21 Muzokora ibikorwa mu misi itandatu, ariko ku musi ugira indwi muzoruhuka*+. Muzoruhuka naho hazoba ari mu gihe c’irima canke c’iyimbura.
21 Muzokora ibikorwa mu misi itandatu, ariko ku musi ugira indwi muzoruhuka*+. Muzoruhuka naho hazoba ari mu gihe c’irima canke c’iyimbura.