Kuvayo 35:16 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 16 ca gicaniro c’amashikanwa aturirwa+, akayungiro kaco k’umujumpu, ibibando vyaco n’ibikoresho vyaco vyose; ca kibesani* n’ico bagiterekako+;
16 ca gicaniro c’amashikanwa aturirwa+, akayungiro kaco k’umujumpu, ibibando vyaco n’ibikoresho vyaco vyose; ca kibesani* n’ico bagiterekako+;