-
Kuvayo 36:17Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
17 Hanyuma akora ibigombo 50 ku mpera y’igitambara ca nyuma mu vyo yateranije ubwa mbere, akora n’ibindi 50 ku mpera y’ica nyuma mu vyo yateranije ubwa kabiri, aho bizofatanira.
-