Kuvayo 36:29 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 29 Vyari bigizwe n’imbaho zibirizibiri kuva hasi gushika hejuru ku mukono* wa mbere. Ukwo ni ko yagize kuri izo nkingi zibiri zo mu mfuruka.
29 Vyari bigizwe n’imbaho zibirizibiri kuva hasi gushika hejuru ku mukono* wa mbere. Ukwo ni ko yagize kuri izo nkingi zibiri zo mu mfuruka.