Kuvayo 36:38 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 38 Akora kandi inkingi zitanu zayo n’udusumari* tw’izo nkingi. Ahomeka inzahabu ku mitwe yazo no ku dusumari twazo, ariko udutafari dutanu twazo twari dukozwe mu mujumpu.
38 Akora kandi inkingi zitanu zayo n’udusumari* tw’izo nkingi. Ahomeka inzahabu ku mitwe yazo no ku dusumari twazo, ariko udutafari dutanu twazo twari dukozwe mu mujumpu.