Kuvayo 37:16 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 16 Inyuma y’ivyo, akora ibikoresho vyo ku meza mu nzahabu itavanze, ni ukuvuga amasahani n’ibikombe, akora n’amabakure hamwe n’amajage* vyo gusuka amashikanwa y’ibinyobwa+.
16 Inyuma y’ivyo, akora ibikoresho vyo ku meza mu nzahabu itavanze, ni ukuvuga amasahani n’ibikombe, akora n’amabakure hamwe n’amajage* vyo gusuka amashikanwa y’ibinyobwa+.