-
Kuvayo 37:21Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
21 Munsi y’aho amashami abiri ya mbere ahurira ku mutumba hariho ipfundo. Hariho n’irindi pfundo munsi y’aho amashami abiri akurikira ahurira, hamwe n’irindi munsi y’aho amashami abiri ya nyuma ahurira. Vyari bimeze gutyo kuri ayo mashami atandatu yose.
-