Kuvayo 37:26 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 26 Aca agihomekako inzahabu itavanze hejuru, ku mpande zaco zose no ku mahembe yaco. Agikorera n’urugori* rw’inzahabu rugikikuje.
26 Aca agihomekako inzahabu itavanze hejuru, ku mpande zaco zose no ku mahembe yaco. Agikorera n’urugori* rw’inzahabu rugikikuje.