Kuvayo 38:22 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 22 Bezaleli+ umuhungu wa Uri, Uri umuhungu wa Huru wo mu muryango wa Yuda, yakoze ivyo Yehova yari yategetse Musa vyose.
22 Bezaleli+ umuhungu wa Uri, Uri umuhungu wa Huru wo mu muryango wa Yuda, yakoze ivyo Yehova yari yategetse Musa vyose.