-
Kuvayo 39:3Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
3 Bahondagura inzahabu gushika zibaye nk’udupapuro, na we azikataguramwo utunyuzi two kuvanga na za nyuzi zisa n’ubururu, ubwoya busa n’umuyugubwe, inyuzi zisa n’agahama be n’ilino nziza. Iyo efodi yari ijishwe muri izo nyuzi.
-