Kuvayo 39:6 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 6 Batereka twa tubuye twa onigisi mu tugata tw’inzahabu maze batwandikako amazina y’abahungu ba Isirayeli, nka kurya kw’ivyandiko vy’ikidodo+.
6 Batereka twa tubuye twa onigisi mu tugata tw’inzahabu maze batwandikako amazina y’abahungu ba Isirayeli, nka kurya kw’ivyandiko vy’ikidodo+.