Kuvayo 39:8 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 8 Hanyuma akora ka gapfuko ko ku gikiriza+, agakora ku buhinga nka kurya kwa efodi. Kari gakozwe mu nzahabu, inyuzi zisa n’ubururu, ubwoya busa n’umuyugubwe, inyuzi zisa n’agahama be n’inyuzi z’ilino nziza zitsivye+.
8 Hanyuma akora ka gapfuko ko ku gikiriza+, agakora ku buhinga nka kurya kwa efodi. Kari gakozwe mu nzahabu, inyuzi zisa n’ubururu, ubwoya busa n’umuyugubwe, inyuzi zisa n’agahama be n’inyuzi z’ilino nziza zitsivye+.