-
Kuvayo 39:14Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
14 Twari twanditseko amazina 12 y’abahungu ba Isirayeli. Kamwekamwe kose kariko izina ry’umwe muri ya miryango 12, kandi ryari ryanditse nka kurya kw’ivyandiko vy’ikidodo.
-