-
Kuvayo 39:21Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
21 Amaherezo, bafatisha ka gapfuko ko ku gikiriza umugozi usa n’ubururu ufatanya utugombo twako n’utugombo twa efodi. Ivyo vyatuma ako gapfuko kaguma gafashe kuri efodi, hejuru ya wa mukaba ujishe nk’uko Yehova yari yabitegetse Musa.
-