-
Kuvayo 39:23Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
23 Iyo kanzu yari ifise izosi risatuye hagati na hagati, nka kurya kw’izosi ry’ikoti y’ivyuma. Iryo zosi ryari rikikujwe n’umubariro kugira ntiritabuke.
-