Kuvayo 39:30 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 30 Amaherezo, bakora mu nzahabu itavanze ka kuma gafyase gakayangana, ca kimenyetso ceranda*. Baraheza bakandikako nka kurya kw’ivyandiko vy’ikidodo ngo: «Ubweranda ni ubwa Yehova+.»
30 Amaherezo, bakora mu nzahabu itavanze ka kuma gafyase gakayangana, ca kimenyetso ceranda*. Baraheza bakandikako nka kurya kw’ivyandiko vy’ikidodo ngo: «Ubweranda ni ubwa Yehova+.»