Kuvayo 39:37 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 37 ca kintu co guterekako amatara gikozwe mu nzahabu itavanze, amatara yaco+ atondetse ku murongo, ibikoresho vyaco+ vyose na ya mavuta yo kwatsa amatara+;
37 ca kintu co guterekako amatara gikozwe mu nzahabu itavanze, amatara yaco+ atondetse ku murongo, ibikoresho vyaco+ vyose na ya mavuta yo kwatsa amatara+;