Kuvayo 39:38 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 38 ca gicaniro+ c’inzahabu, ya mavuta meranda+, ya mibavu+ imota neza, ya rido*+ yo ku bwinjiriro bw’ihema;
38 ca gicaniro+ c’inzahabu, ya mavuta meranda+, ya mibavu+ imota neza, ya rido*+ yo ku bwinjiriro bw’ihema;