Kuvayo 39:41 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 41 za mpuzu zijishe neza zikoreshwa mu bikorwa vyo kw’ihema, za mpuzu nyeranda za Aroni umuherezi+ hamwe n’impuzu abahungu biwe bazokwambara kugira bakore igikorwa c’abaherezi.
41 za mpuzu zijishe neza zikoreshwa mu bikorwa vyo kw’ihema, za mpuzu nyeranda za Aroni umuherezi+ hamwe n’impuzu abahungu biwe bazokwambara kugira bakore igikorwa c’abaherezi.