Kuvayo 40:20 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 20 Inyuma y’ivyo, atora ya mabwirizwa*+, ayashira muri ya sandugu+. Araheza acomeka vya bibando*+ kuri iyo sandugu, ashirako na wa mufuniko wayo+.
20 Inyuma y’ivyo, atora ya mabwirizwa*+, ayashira muri ya sandugu+. Araheza acomeka vya bibando*+ kuri iyo sandugu, ashirako na wa mufuniko wayo+.