Abalewi 4:18 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 18 Azoshira kandi amaraso makeyi ku mahembe y’igicaniro+ kiri imbere ya Yehova mw’ihema ry’ibonaniro. Ayasigaye yose azoca ayasuka ku mushinge w’igicaniro c’amashikanwa aturirwa kiri ku bwinjiriro bw’ihema ry’ibonaniro+.
18 Azoshira kandi amaraso makeyi ku mahembe y’igicaniro+ kiri imbere ya Yehova mw’ihema ry’ibonaniro. Ayasigaye yose azoca ayasuka ku mushinge w’igicaniro c’amashikanwa aturirwa kiri ku bwinjiriro bw’ihema ry’ibonaniro+.