Abalewi 4:24 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 24 Azorambika ikiganza ku mutwe wayo hanyuma ayikererere aho bakererera amashikanwa aturirwa imbere ya Yehova+. Ni ishikanwa ry’igicumuro.
24 Azorambika ikiganza ku mutwe wayo hanyuma ayikererere aho bakererera amashikanwa aturirwa imbere ya Yehova+. Ni ishikanwa ry’igicumuro.