Abalewi 4:33 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 33 Azorambika ikiganza ku mutwe w’iyo ntama y’ishikanwa ry’igicumuro hanyuma ayikererere aho bakererera amashikanwa aturirwa+.
33 Azorambika ikiganza ku mutwe w’iyo ntama y’ishikanwa ry’igicumuro hanyuma ayikererere aho bakererera amashikanwa aturirwa+.