Abalewi 5:2 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 2 Umuntu niyakora ku kintu gihumanye, waba ari umuvyimba w’igikoko co mw’ishamba, uw’igitungwa canke uw’udukoko dutoduto*+, uwo muntu azoba ahumanye. Azokwagirwa n’icaha naho yoba yabigize atabizi.
2 Umuntu niyakora ku kintu gihumanye, waba ari umuvyimba w’igikoko co mw’ishamba, uw’igitungwa canke uw’udukoko dutoduto*+, uwo muntu azoba ahumanye. Azokwagirwa n’icaha naho yoba yabigize atabizi.