Abalewi 5:16 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 16 Ategerezwa kandi kuriha ibintu vyeranda yacumuyeko, yongereko ica gatanu c’igiciro cavyo+. Azobiha umuherezi kugira amutangire impongano*+ akoresheje impfizi y’intama y’ishikanwa ryo kwagirwa n’icaha, kandi azobabarirwa+.
16 Ategerezwa kandi kuriha ibintu vyeranda yacumuyeko, yongereko ica gatanu c’igiciro cavyo+. Azobiha umuherezi kugira amutangire impongano*+ akoresheje impfizi y’intama y’ishikanwa ryo kwagirwa n’icaha, kandi azobabarirwa+.