Abalewi 8:14 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 14 Hanyuma Musa azana ya shuri y’ishikanwa ry’igicumuro+ maze Aroni n’abahungu biwe bayirambikako ibiganza ku mutwe.
14 Hanyuma Musa azana ya shuri y’ishikanwa ry’igicumuro+ maze Aroni n’abahungu biwe bayirambikako ibiganza ku mutwe.