Abalewi 8:15 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 15 Aca arayikerera hanyuma akoza urutoke mu maraso yayo+. Araheza ayasiga ku mahembe yose y’igicaniro, aragityorora kugira kiveko igicumuro. Amaraso asigaye aca ayasesa ku mushinge w’igicaniro, araceza kugira baze baragitangirako impongano*.
15 Aca arayikerera hanyuma akoza urutoke mu maraso yayo+. Araheza ayasiga ku mahembe yose y’igicaniro, aragityorora kugira kiveko igicumuro. Amaraso asigaye aca ayasesa ku mushinge w’igicaniro, araceza kugira baze baragitangirako impongano*.