Abalewi 8:18 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 18 Hanyuma Musa azana ya mpfizi y’intama y’ishikanwa riturirwa maze Aroni n’abahungu biwe bayirambikako ibiganza ku mutwe+.
18 Hanyuma Musa azana ya mpfizi y’intama y’ishikanwa riturirwa maze Aroni n’abahungu biwe bayirambikako ibiganza ku mutwe+.