-
Abalewi 8:23Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
23 Aca arayikerera, afata makeyi ku maraso yayo ayasiga ku gutwi kw’iburyo kwa Aroni, ku rukumu rw’ukuboko kwiwe kw’iburyo no kw’ino rikuru ry’ikirenge ciwe c’iburyo.
-