-
Abalewi 8:28Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
28 Hanyuma abikura mu minwe yabo, arabiturira bifumba umwotsi ku gicaniro, hejuru ya rya shikanwa riturirwa. Cari ikimazi co kubimika c’akamoto keza, ishikanwa rya Yehova bashikanisha umuriro.
-