Abalewi 8:33 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 33 Muzomara imisi indwi mutava ku bwinjiriro bw’ihema ry’ibonaniro, gushika imisi yo kubimika iheze, kuko bizofata imisi indwi kugira mwimikwe mw’ibanga ry’ubuherezi+.
33 Muzomara imisi indwi mutava ku bwinjiriro bw’ihema ry’ibonaniro, gushika imisi yo kubimika iheze, kuko bizofata imisi indwi kugira mwimikwe mw’ibanga ry’ubuherezi+.