Abalewi 9:9 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 9 Hanyuma abahungu biwe bamuha amaraso yayo+, na we ayakozamwo urutoke maze ayasiga ku mahembe y’igicaniro. Ayasigaye aca ayasuka ku mushinge w’igicaniro+. Agalewi Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 9:9 Umunara w’Inderetsi,15/5/2004, rup. 22
9 Hanyuma abahungu biwe bamuha amaraso yayo+, na we ayakozamwo urutoke maze ayasiga ku mahembe y’igicaniro. Ayasigaye aca ayasuka ku mushinge w’igicaniro+.