Abalewi 9:12 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 12 Hanyuma Aroni akerera ya mpfizi y’intama y’ishikanwa riturirwa. Abahungu biwe bamuha amaraso yayo, na we ayamijagira ku mpande zose z’igicaniro+.
12 Hanyuma Aroni akerera ya mpfizi y’intama y’ishikanwa riturirwa. Abahungu biwe bamuha amaraso yayo, na we ayamijagira ku mpande zose z’igicaniro+.