Abalewi 9:18 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 18 Inyuma y’ivyo, Aroni akerera ya mpfizi y’inka na ya mpfizi y’intama y’ikimazi co gusangira kigenewe abantu. Abahungu biwe bamuha amaraso yazo, na we ayamijagira ku mpande zose z’igicaniro+.
18 Inyuma y’ivyo, Aroni akerera ya mpfizi y’inka na ya mpfizi y’intama y’ikimazi co gusangira kigenewe abantu. Abahungu biwe bamuha amaraso yazo, na we ayamijagira ku mpande zose z’igicaniro+.