Abalewi 12:7 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 7 Umuherezi azoca abizana imbere ya Yehova hanyuma amutangire impongano*, kandi azoba ahumanuwe ukuvirirana kwiwe. Iryo ni ryo tegeko ryerekeye umugore yavyaye umuhungu canke umukobwa.
7 Umuherezi azoca abizana imbere ya Yehova hanyuma amutangire impongano*, kandi azoba ahumanuwe ukuvirirana kwiwe. Iryo ni ryo tegeko ryerekeye umugore yavyaye umuhungu canke umukobwa.