Abalewi 13:6 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 6 Ku musi ugira indwi, umuherezi azosubira amusuzume. Niyasanga iyo ndwara iriko irakira kandi ikaba itakwiragiye ku rukoba, azoca atangaza ko adahumanye+. Kizoba cari igisekera gusa. Uwo muntu azoca amesa impuzu ziwe hanyuma abe uwudahumanye.
6 Ku musi ugira indwi, umuherezi azosubira amusuzume. Niyasanga iyo ndwara iriko irakira kandi ikaba itakwiragiye ku rukoba, azoca atangaza ko adahumanye+. Kizoba cari igisekera gusa. Uwo muntu azoca amesa impuzu ziwe hanyuma abe uwudahumanye.