Abalewi 13:31 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 31 Ariko niyasanga iyo ndwara idashika munsi y’urukoba kandi umushatsi waho ukaba utirabura, azoca amushira ukwa wenyene imisi indwi+.
31 Ariko niyasanga iyo ndwara idashika munsi y’urukoba kandi umushatsi waho ukaba utirabura, azoca amushira ukwa wenyene imisi indwi+.