-
Abalewi 13:34Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
34 Umuherezi azosubira gusuzuma aho hantu ku musi ugira indwi. Niyasanga iyo ndwara y’urukoba rwo mu mutwe canke y’ahamera ubwanwa itakwiragiye kandi ikaba idashika munsi y’urukoba, azoca atangaza ko uwo muntu adahumanye. Azoca amesa impuzu ziwe aheze abe uwudahumanye.
-