Abalewi 13:37 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 37 Ariko niyasanga itakwiragiye kandi aho hantu hakaba harameze imishatsi yirabura, iyo ndwara izoba yakize. Ntazoba ahumanye. Umuherezi azoca atangaza ko adahumanye+.
37 Ariko niyasanga itakwiragiye kandi aho hantu hakaba harameze imishatsi yirabura, iyo ndwara izoba yakize. Ntazoba ahumanye. Umuherezi azoca atangaza ko adahumanye+.