Abalewi 13:51 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 51 Niyasuzuma ivyo bicafu ku musi ugira indwi, agasanga vyakwiragiye mu nyuzi za ya mpuzu ijishwe canke ku rushato (ico urwo rushato rwoba rukoreshwa cose), izoba ari imibembe ikaze. Ico kintu kizoba gihumanye+.
51 Niyasuzuma ivyo bicafu ku musi ugira indwi, agasanga vyakwiragiye mu nyuzi za ya mpuzu ijishwe canke ku rushato (ico urwo rushato rwoba rukoreshwa cose), izoba ari imibembe ikaze. Ico kintu kizoba gihumanye+.